Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Agiripa abarira Fesito, at’ Uyu muntu aba arekuwe, iy’ ataba yar’ agomvye kuzokwitwara kuri Kayisari.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Agiripa abarira Fesito ati: “Iyaba atari yaramaze kwungururiza kwa Kayisari, yaca arekurwa.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:32
6 Referans Kwoze  

Na bo bamaze kuncunaguza, bashaka kundekura, kukw ata nyanduruko yambonetseko yo kunyicisha.


Ariko nsanga ntiyakoze igikwiye kumwicisha, kand’ ubgiwe agomvye kwitwara kuri Augusito, ngabira kumumurungikira.


Umwami aramwishura, ati Pfa kugenda, kuk’ uwo muntu ar’ ikintu nītoranirije, ngw ajane izina ryanje imbere y’abanyamahanga n’abami n’Abisirayeli:


Imyaka ibiri ishize, Porukiyo Fesito akūra Feliki. Maze Feliki agomvye kwikundisha Abayuda asiga Paulo akiboshwe.


Arikw Abayuda batagaye, numva nkwiye kwitwara kuri Kayisari; ariko s’uko mfise ico ndega ubgoko bgacu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite