Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Umwami ahagurukana n’icēgēra ca Kayisari na Berenike, n’abāri bicaranye na we;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Umwami, umukuru w’intara na Berenise n’abari bicaranye na bo baca barahaguruka, baragenda.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:30
4 Referans Kwoze  

Ariko turagomba kwumva ivyo wiyumvira, kukw ico gice tuzi yuko bakivuga nabi hose.


Bukeye bg’aho, Agiripa na Berenike bazanana icubahiro cinshi, binjirana mw ikombe n’abakuru b’abagabisha b’abasoda n’abahambaye bo mur’ ico gisagara; maze Fesito avuga ko bazana Paulo.


ariko kw ar’ibihāri vy’amajambo n’ivy’ amazina n’ivy’ ivyagezwe vyanyu ubganyu, ni mubimare ubganyu: jeho singomba guca urubanza rwa ben’ ivyo.


maze basohotse baravugana, bati Nta co uyu muntu yakoze gikwiye kumwicisha canke kumubohesha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite