Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 26:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Mwami Agiripa, uremeye ivy’ abāvugishwa n’Imana? Ndazi yuk’ uvyemeye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Mwami Agiripa, mbega ntiwizera ivyo abavugishwa bavuze? Ndazi ko uvyizera.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 26:27
3 Referans Kwoze  

Umwami arazi ivyo neza, kandi ndamubarira nshize amanga; kuko nzi yukw ata na kimwe mur’ ivyo ahishijwe, kukw ivyo bitākorewe mu mfuruka.


Agiripa yishura Paulo, at’ Unkwegesha ivyo bike ng’ umpindure Umukristo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite