Ivyakozwe 26:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Umwami arazi ivyo neza, kandi ndamubarira nshize amanga; kuko nzi yukw ata na kimwe mur’ ivyo ahishijwe, kukw ivyo bitākorewe mu mfuruka. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Ibi umwami asanzwe abizi. Ibi ndiko ndabivuga nshize ubwoba kuko ndazi ko na we nyene abizi, kuko ntivyakorewe mu kinyegero. Gade chapit la |