Ivyakozwe 26:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 yuko Kristo atazobura kubabazwa, kandi kw ari we azobanza kuzuka mu bapfuye, no kubgira ubgoko bgacu n’abanyamahanga ubutumwa bg’umuco. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe23 ko Kristo akwiye kubabazwa, akaba impfura mu kuzuka mu bapfuye, maze akamamaza umuco mu bwoko bwiwe no mu Banyamahanga.” Gade chapit la |