Ivyakozwe 26:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ngikora ivyo, nja i Damasiko mpawe ubushobozi ndungitswe n’abaherezi bakuru. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe12 Umusi umwe nari ngiye muri ivyo bikorwa nyene i Damasiko, nahawe ububasha kandi ntumwe n’abakuru b’abaherezi. Gade chapit la |