Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 25:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Abaherezi bakuru n’abahambaye bo mu Bayuda bamuregako Paulo, baramwinginga,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 abonana n’abaherezi bakuru n’abatware b’Abayuda, na bo bamushikiriza ivyo barega Pawulo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 25:2
8 Referans Kwoze  

Aho nar’i Yerusalemu abaherezi bakuru n’abakuru b’Abayuda bambariye ivyiwe, basaba ko ndamucira urubanza.


Imisi itanu ishize, umuherezi mukuru Ananiya amanukana n’abakuru bamwe n’uwo kubavuganira yitwa Teritulo, barega Paulo ku cēgēra ca Kayisari.


Kuko badasinzira, shiti bakoze ikibi; Kandi n’itiro ryabo riraguruka, iyo batagize uwo bagwisha.


Kand’ asangw’ abo mu rugo rwanje batavuga, Bati Ni nde yobona umuntu n’umwe atāhāgijwe n’inyama yagabura?


Nuko Fesito aravuga, ati Mwami Agiripa, namwe mwese abo turi kumwe hano, murabona uyu, uwo ishengero ry’Abayuda bose bānsabira i Yerusalemu bo n’ino, basemerera ngo ntagikwiye kubaho.


Imisi itatu ishize ahamagara abakuru bo mu Bayuda abakoraniriza hamwe; bamaze gukorana, arababarira, ati Bagabo bene Data, naho ntāgize ikibi nakoze ku bgoko bgacu canke ku migenzo ya ba sogokuruza, bāmpaye Abaroma nd’imbohe, bamvanye i Yerusalemu.


batubuza kubarira abanyamahanga ngo bakire; na ntaryo buzuza ingero y’ivyaha vyabo. Arik’ uburake bububiriye kubamara rwose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite