Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Abayuda na bo bafatanya na we mur’ ico kirego, bavuga kw ivyo ari ko biri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Maze abandi Abayuda baca bahuriza hamwe mu kwemeza ko ivyo Teritulo yavuze vyose ari ukuri.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:9
13 Referans Kwoze  

batubuza kubarira abanyamahanga ngo bakire; na ntaryo buzuza ingero y’ivyaha vyabo. Arik’ uburake bububiriye kubamara rwose.


Mwebge mur’ aba so wa Murwanizi, kand’ ivyo so yifuza ni vyo mushaka gukora. Uwo yahereye ubga mbere na mbere ar’umwicanyi, kandi ntiyahagaze mu kuri, kukw ata kuri kuri muri we. Iy’ avuga ibinyoma, avuga ivyiwe, kukw ar’ umunyabinyoma, kand’ ari we se wavyo.


Mwa bana b’abantu, muzogeza hehe gutitura icubahiro canje? Muzogeza hehe gukunda ibitagira ikimazi no kwitwaririka ivy’ ibinyoma? Sela.


abarira abarezi biwe kuza imbere yawe.] Nawe ni wamwibariza ubgawe urashobora kumenya ivyo tumureze vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite