Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 abarira abarezi biwe kuza imbere yawe.] Nawe ni wamwibariza ubgawe urashobora kumenya ivyo tumureze vyose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 ategeka ko abamwagiriza baza kukwitura.] Nawe niwamwibariza uraza gusanga ko ivyo tumwagiriza ari ukuri.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:8
7 Referans Kwoze  

Arababgira, ati Nukw abakuru bo muri mwebge ni bamanuke tujane, maze namba kur’ uyo mugabo har’ ikidakwiye, bakimurege.


aravuga, ati Nzokwumva ivyawe abarezi bawe ni bamara kuza. Agera ko bamurindira mw iboma ya Herode.


Maze mbariwe yuko bahigiye uwo mugabo, nca ndamukurungikira, mbarira abarezi ko bamuregera imbere yawe. Ndakwikebanuye.


arababgira, ati Mwanzaniye uyu muntu ngw agomesha abantu; none jewe namucunagurije imbere yanyu, nta caha mbona kuri we ku vyo mwamureze.


Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,


Abayuda na bo bafatanya na we mur’ ico kirego, bavuga kw ivyo ari ko biri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite