Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 ariko Lusiyasi umukuru w’abasoda araza amudushikura mu maboko ku nguvu,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:7
7 Referans Kwoze  

Kandi yagejeje no guhumanya urusengero, turamufata, [twāri tugomvye kumucira urubanza nk’ukw ivyagezwe vyacu bivuga.


abarira abarezi biwe kuza imbere yawe.] Nawe ni wamwibariza ubgawe urashobora kumenya ivyo tumureze vyose.


Kuko badasinzira, shiti bakoze ikibi; Kandi n’itiro ryabo riraguruka, iyo batagize uwo bagwisha.


Bakirondera ingene bamwica, inkuru ishika ku mukuru w’abagabisha b’abasoda yukw abo muri Yerusalemu bose bavurunganye.


Ashitse ku ngazi y’amabuye abasoda baramuterura kubg’ ubusugurirwe bg’abantu,


Habah’ ibihāri vyinshi, umukuru w’abagabisha b’abasoda atinye ko bogabangana Paulo, abarira ingabo ngo zimanuke zimubashikure, zimujane mw iboma.


Ahamagara babiri bo mu bagabisha b’abasoda ijana, arababarira, ati Ni mwitegure abasoda amajana abiri bo kuja i Kayisariya, n’abagendera ku mafarasi mirongwirindwi, n’ab’ amacumu amajana abiri, bahenge mw ijoro isaha zitatu bagende.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite