Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kandi yagejeje no guhumanya urusengero, turamufata, [twāri tugomvye kumucira urubanza nk’ukw ivyagezwe vyacu bivuga.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 kandi yagerageje no guhumanya urusengero, maze turamufata. [Twashaka kumucira urubanza twisunze ivyagezwe vyacu,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:6
8 Referans Kwoze  

Kandi ntibāsanze mpārīra n’umuntu n’umwe, canke nkoraniriza abantu kubakikiza, naho hoba mu rusengero canke mu masinagogi canke mu gisagara.


Kuko muzanye aba bagabo, bativye ivyo mu ngoro z’imana kandi batārogose ku manakazi yacu.


Nuko Pilato arababgira, ati Ni mumujane mwebge, mumucire urubanza nk’ukw ivyagezwe vyanyu bivuga. Abayuda baramwishura, bat’ Erega twebge ntitwemererwa kwica umuntu.


Bakiyogora, bata impuzu zabo, basūrira umukungugu hejuru,


Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite