Ivyakozwe 24:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Abarira umugabisha w’abasoda ijana kumurinda urw’ amaso, no kutabuza n’umwe mu bagenzi kumukorera. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe23 Nuko ategeka umukuru w’abasoda ijana kuguma arinze Pawulo, ariko amuhe umwidegemvyo kandi yemerere n’abagenzi biwe kumufasha mu vyo yokenera. Gade chapit la |