Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Canke na bano na bo ni bavuge icaha bambonyeko, aho nari mpagaze imbere y’abanyekombe,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Canke abari ngaha, nibavuge icaha basanze kinyagira igihe narengutswa imbere y’Inama Nkuru y’Abayuda,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:20
4 Referans Kwoze  

Arababgira, at’ Uhoraho ni we cabona, bo n’uwo yimikishije amavuta, kw ata co mwambonanye. Baravuga, bati Ni we cabona.


Bukeye abo bagabo baravugana, bati Nta rwitwazo tuzoronka kuri Daniyeli, shiti tururonse mu vy’ivyagezwe vy’Imana yiwe.


Ariko jeho ndababgira yuk’ umuntu wese azorakira mugenzi we azoba ashikiwe no gutsindwa n’urubanza; ūzotuka mugenzi we, ngo Wa kijuju we! azoba ashikiwe no gucirwakw iteka; ūzomutuka, ati Wa gipfu we! azoba ashikiwe no gutabga mu muriro wa Gehinomu.


Na we aramwishura, at’ Eka si jewe nateje amagorwa Abisirayeli, ariko ni wewe, mwe n’inzu ya so, mwayabateye, kuko mwaretse ivyagezwe vy’Uhoraho, mugakurikira za Bayali.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite