Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Nkiri muri vyo bansanga mu rusengero nihumanuye, ata bantu nkoranije, ata n’uruhōgo ruriho. Ariko hār’ Abayuda bamwe bavuye muri Asiya,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Igihe bansanga mu rusengero, nari mu migirwa y’ukwihumanura. Nta bantu benshi twari kumwe kandi nta muvurungano wari uhari.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:18
7 Referans Kwoze  

Ni co catumye Abayuda bamfatira mu rusengero, bakageza kunyica.


Kandi ntibāsanze mpārīra n’umuntu n’umwe, canke nkoraniriza abantu kubakikiza, naho hoba mu rusengero canke mu masinagogi canke mu gisagara.


Tur’ Abapariti, n’Abamedi, n’Abelamiti, n’abamye i Mesopotamiya, n’i Yudaya, n’i Kapadokiya, n’i Ponto, no muri Asiya,


Ariko hava hasi abantu bamwe bo mw isinagogi y’Abaliberutino, n’iy’ Abanyakurene n’iy’ Abanyalekisanderiya, n’iy’ Abanyakilikiya, n’iy’ Abanyasiya, baja impāri na Stefano,


Ubajane, wihumanurane na bo, ubatērēre, ngo babone kwimosha. Maze bose bazomenya yukw ivyo bāguteranije kuri bo ata kuri kurimwo, kandi ko nawe ubgawe ugenda witonze, witondera n’ivyagezwe.


Umbarije iki? Baza abāhora bavyumva ico nababariye: erega ni bo bazi ivyo navuze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite