Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maz’ imyaka myinshi ishize, njanwayo no gushīra ubgoko bgacu ivy’ubuntu, no gutanga ibimazi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Inyuma y’imyaka myinshi ndi mu mahanga, nagarutse i Yerusalemu nzaniye imfashanyo abakene, nje no gutanga ibimazi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:17
14 Referans Kwoze  

Arikw ico bāgomvye gusa n’uko twibuka aboro, ari co nyene nanje nari nsanzwe mfitiye umwete.


Kukw igikorwa c’ukwo kugabura kitamara ubgoro bg’abera gusa, ariko kandi kirushiriza gushimisha Imana muri benshi.


Kuko muzi ubuntu bg’Umwami wacu Yesu Kristo, yuko naho yar’ umutunzi, yahindutse umworo kubganyu, kugira ng’ubgoro bgiwe bubatungishe.


nkire ab’i Yudaya batayumvira, kand’ ingaburo yanje ngiye kugabura i Yerusalemu ishimwe n’abera;


Kuko Paulo yari yagabiye guca i ruhande ya Efeso, kugira ngo ntatebe muri Asiya: kuko yihuta, ngo ni vyashoboka umusi wa Pentekote uz’ ushike ar’i Yerusalemu.


Nuko Paulo ajana abo bagabo, bukeye bg’aho yihumanurana na bo, yinjirana na bo mu rusengero, avuga igihe imisi yo guhumanurwa izoshirira, agenza artyo gushitsa ah’ ikimazi c’umuntu wese muri bo catangiwe.


Nuko mwame mugavye, mwibuke yuko namaze imyaka itatu ntasība guhanūra umuntu wese ndira, ku murango no mw ijoro.


Kandi yanaziga ko Paulo yomuhēra amahera; ico ni co camutera kwama amuhamagaza ngo bayāge.


Ni co catumye twinginga Tito, ngw asozere ico gikorwa c’ubuntu no muri mwebge, nk’uko yagitanguye kera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite