Ivyakozwe 24:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ni co gituma na ntaryo nkobereza kugira umutima utanyagiriza ikibi ku Mana canke ku bantu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Ni co gituma nkora ibishoboka vyoshe kugira namane umutima utanyagiriza ikibi na kimwe imbere y’Imana n’imbere y’abantu. Gade chapit la |