Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 24:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kandi ku vyo bandeze ubu, ntibashobora kuronka ikinyagiriza imbere yawe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Aba bantu ntibashobora kwerekana ivyemeza ivyo bariko baranyagiriza.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 24:13
4 Referans Kwoze  

Na we ashitse, Abayuda bamanutse bavuye i Yerusalemu baramukikiza, bamurega ibirego vyinshi bikomeye, ivyo badashobora kuronkera icagiriza.


mufise imitima itarimw’ ijwi ribāgiriza ikibi, kugira ngo no ku vyo muvugwa nabi, abatuka ingeso zanyu nziza zo muri Kristo bamāramāre.


Agishika mw irembo ryitwa irya Benyamini, umukuru w’ abashibamyi yitwa Iriya mwene Shelemiya, Shelemiya wa Hananiya, ni ho yar’ ahagaze: afata uwo muvugishwa Yeremiya, at’ Uroye kwisaba Abakaludaya.


Bukeye abo bagabo baravugana, bati Nta rwitwazo tuzoronka kuri Daniyeli, shiti tururonse mu vy’ivyagezwe vy’Imana yiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite