Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kukw Abasadukayo bāhakana yukw ata kuzuka kuriho, cank’ umumarayika n’impwemu; arikw Abafarisayo bāvyemera vyompi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mu bisanzwe, Abasadukayo bavuga ko ata kuzuka, ata bamarayika canke impwemu bibaho, ariko Abafarisayo bo bemera ko ivyo vyose bibaho.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:8
6 Referans Kwoze  

Abasadukayo bamwe baza kuri we, ni bo bahakana yukw ata kuzuka kuriho, baramubaza,


Nya musi Abasadukayo baza kuri we, abahakana yukw ata kuzuka kuriho, baramubaza,


Maz’ Abasadukayo baza kuri we, abahakana yukw ata kuzuka kuriho, baramubaza,


Bakivugana n’abantu, abaherezi bazanana aho bari n’umukuru w’abashibamyi b’urusengero, n’Abasadukayo,


Avuze artyo, havyuka ibihāri mu Bafarisayo n’Abasadukayo, abanyarukinja birema ibice.


Ariko, ko Kristo avugwa ko yazutse mu bapfuye, bamwe muri mwebge bavuga bate yukw ata wuzuka?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite