Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Paulo, ati Sinari ndamuzi, bene Data, kw ar’ umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo Ntukavuge nabi umukuru wo mu bgoko bganyu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Pawulo arabishura ati: “Bavukanyi, sinamenye ko ari umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo: ‘Ntimukavuge nabi n’umwe mu baganza ubwoko bwanyu.’”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:5
6 Referans Kwoze  

Ntihaze hagire ūrogota kuri jewe Imana, canke ngw avume umukuru wo mu bgoko bganyu.


Ntukavume umwami, eka naho vyoba mu vyiyumviro vyawe; kandi ntukavume umutunzi naho woba haruguru mu mpete: kukw inyoni yo mu kirēre izoritwara, kand’ igisīga kizovyandagaza.


ariko cane‐cane abagenda bakurikira ivy’ akameremere kabo, bifuza ibihumanya bagakengera ababaganza. Nta co batinya, ntibakūrwa kw ijambo, ntibahindishwa agashitsi no gutuka abanyacubahiro:


Maz’ imyaka myinshi ishize, njanwayo no gushīra ubgoko bgacu ivy’ubuntu, no gutanga ibimazi.


Abāri bahagazeho, bati Mbeg’ uratuka umuherezi mukuru w’Imana?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite