Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Abo bashitse i Kayisariya bashīra icēgēra ca Kayisari ca cete, bamushikiriza na Paulo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Bashitse i Kayisariya, bashikiriza rya kete wa mukuru w’intara, bongera bamushikiriza na Pawulo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:33
7 Referans Kwoze  

Tumaze gushika Roma, umugabisha w’abasoda ijana ashikiriza imbohe umugabisha w’abasoda bahora bashibama kwa Kayisari: ariko bakundira Paulo kuba ukwiwe, ari kumwe n’umusoda amurinda.


ati Jewe Kilawudiyo Lusiya ndakuganūtsa wewe Feliki umwubahwa, icēgēra ca Kayisari.


Ariko Filipo abonekera muri Azoto, ahahita avuga ubutumwa bgiza mu bisagara vyose, kugeza aho yashikiye i Kayisariya.


Imisi itanu ishize, umuherezi mukuru Ananiya amanukana n’abakuru bamwe n’uwo kubavuganira yitwa Teritulo, barega Paulo ku cēgēra ca Kayisari.


nuko turavyemera uburyo bgose ahantu hose, Feliki umwubahwa, tugukengurukiye cane.


Bamazey’ imisi myinshi, Fesito ashira imbere y’umwami ivya Paulo, ati Harih’ umuntu Feliki yasize ar’ imbohe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite