Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 ati Jewe Kilawudiyo Lusiya ndakuganūtsa wewe Feliki umwubahwa, icēgēra ca Kayisari.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Jewe Kilawudiyo Lusiyasi, Ndabaramukije nyakwubahwa Felisi, umukuru w’intara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:26
9 Referans Kwoze  

bandika icete, barakibarungikana, canditswe girtya, ngw Intumwa na bene Data bakuru turabatasha mwebge bene Data bo mu banyamahanga bari muri Antiyokiya n’i Siriya n’i Kilikiya.


Paulo aramwishura, ati Sinsaze, Fesito umwubahwa, ariko mvuga amajambo y’ukuri kand’ aroranye.


nuko turavyemera uburyo bgose ahantu hose, Feliki umwubahwa, tugukengurukiye cane.


Nuko nanje, mpejeje gukurikiranya vyose neza mpereye ku vya mbere, nabonye kw ari vyiza kubikwandikira uko bikurikirana, wewe Teyofilo umwubahwa,


ariko nizigiye ko nzokubona vuba, tukazovugana imbonankubone.


Yakobo, umugurano w’Imana n’uw’ Umwami Yesu Kristo, ndabandikiye abo mu miryango cumi n’ibiri y’abāsābagiye: muganuke.


Kandi bazane n’amafarasi kugira ngo bayashireko Paulo, bamushikane kwa Feliki icēgēra ca Kayisari akiri muzima.


Yandika icete nka ben’ iki:


Abo bashitse i Kayisariya bashīra icēgēra ca Kayisari ca cete, bamushikiriza na Paulo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite