Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ahamagara babiri bo mu bagabisha b’abasoda ijana, arababarira, ati Ni mwitegure abasoda amajana abiri bo kuja i Kayisariya, n’abagendera ku mafarasi mirongwirindwi, n’ab’ amacumu amajana abiri, bahenge mw ijoro isaha zitatu bagende.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Wa mukuru w’abasoda aca ahamagara abakuru b’abasoda ijana babiri, ababwira ati: “Nimutegure abasoda amajana abiri, abagendera ku mafarasi mirongo irindwi, hamwe n’abandi amajana abiri bagwanisha amacumu, mwitegurire kuja i Kayisariya isaha zitatu z’ijoro.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:23
8 Referans Kwoze  

Abo bashitse i Kayisariya bashīra icēgēra ca Kayisari ca cete, bamushikiriza na Paulo.


Ariko Filipo abonekera muri Azoto, ahahita avuga ubutumwa bgiza mu bisagara vyose, kugeza aho yashikiye i Kayisariya.


Ni yaza mu gicugu canke mu nkoko, akabasanga artyo, bazoba abahirwe.


Ku muteramyi agira kane, aza aho bari, agendesha amaguru hejuru ku kiyaga.


Uwo mukuru arungika uwo muhungu, amaze kumwihanikiriza, ati Ntugire umuntu ubarira yuk’ ummenyesheje ivyo.


Bumaze guca basigay’ abagendera ku mafarasi, ngw abe ari bo bajana na we, na bo basubira iyo bavuye kw iboma.


Nukw abasoda bābīra Paulo uko babariwe, bahenga mw ijoro bamujana muri Antipatiri.


Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite