Ivyakozwe 23:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Uwo mukuru arungika uwo muhungu, amaze kumwihanikiriza, ati Ntugire umuntu ubarira yuk’ ummenyesheje ivyo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe22 Wa mukuru w’abasoda aca arungika wa musore, amwihanikirije ati: “Ntihagire n’umwe ubwira ko ibi wabimbwiye.” Gade chapit la |