Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 23:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ananiya umuherezi mukuru abarira abamuhagaze i ruhande kumukubita ku munwa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ananiya, umuherezi mukuru, aca ategeka abari hafi ya Pawulo ko bamukubita ku munwa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 23:2
9 Referans Kwoze  

Avuze artyo, umwe mu bagendanyi ahagazeho akubita Yesu urushi, at’ Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?


Imisi itanu ishize, umuherezi mukuru Ananiya amanukana n’abakuru bamwe n’uwo kubavuganira yitwa Teritulo, barega Paulo ku cēgēra ca Kayisari.


Rinda ushikame, wa boma we! Kuko badutanze irya n’ino: umucamanza w’Abisirayeli bazomukubita inkoni kw itama.


Maze Zedekiya mwene Kenayana yēgēra Mikaya amukubita urushi, aramubaza, at’ Iyo mpwemu y’Uhoraho yaciye hehe mu kuva muri jewe iza kuvugana nawe?


Buno bamuvuma amate mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi baramubīngūra,


aca aramukubita, amushira mu mpatane z’ibiti vyari ku kirimba gihera haruguru citwa ica Benyamini, kirora ku ngoro y’ Uhoraho.


Maze Zedekiya mwene Kenayana yēgēra Mikaya amukubita urushi, aramubaza, at’ Iyo mpwemu y’Uhoraho yaciye hehe mu kuva muri jewe iza kuvugana nawe?


Baranyasamiye n’akanwa kabo, Bankoze kw itama bantuka; Bankoraniyeko.


Yesu aramubaza, ati Namba mvuze nabi, nyagiriza ico kibi; ariko namb’ ari neza, unkubitiye iki?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite