Ivyakozwe 23:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Mwishwa wa Paulo yumva uwo mutego, araza ashika mw iboma, abibarira Paulo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko umwishwa wa Pawulo yumva iyo nama, aca yiruka kw’ikambi abibarira Pawulo. Gade chapit la |