Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi n’abo twāri kumwe umuco bārawubonye, ariko ntibumva ijwi ry’uwo tuvugana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Abo twari kumwe barabona umuco ariko ntibumva ijwi ry’uwo twariko turavugana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:9
4 Referans Kwoze  

Abagabo bajanye na we bahagarara badakoma, kuko bumvise ijwi, ata muntu babona.


Ni jewe Daniyeli gusa nabonye ivyo vyerekanywe, yamar’ abantu twari kumwe ntibabibonye, ariko bafatwa n’agatengo gakomeye, barahunga barihisha.


Nuko mugenzi, nkigenda mu mashōka, mbona umuco uvuye mw ijuru, urusha ukw izuba rica ibibatsi, unkayanganira irya n’ino, twe n’abo tugendanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite