Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Uwo mukuru w’abagabisha araza, aramubaza, ati Mbarira: mbeg’ ur’ Umuroma? Na we at’ Ego me.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Wa mukuru avyumvise aca aja kubaza Pawulo ati: “Mbwira, uri Umuroma?” Pawulo aramwishura ati: “Egome ndi we.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:27
4 Referans Kwoze  

Nukw abasoda n’umukuru w’abagabisha babo n’abagendanyi b’Abayuda bafata Yesu, baramuboha,


Uwo mugabisha avyumvise, aja ku mukuru w’abagabisha, arabimumenyesha, at’ Ugira ukore iki? Erega wa muntu n’Umuroma.


Uwo mukuru aramubarira, ati Jewe naguze ubgo buroma amahera menshi. Paulo at’ Ariko jeho nabuvukiyemwo.


Bamaze kumubohesha imigozi, Paulo abaza umugabisha w’abasoda ijana ahagaze aho, ati Mbega biremerwa ko mukubita umuntu w’Umuroma, kand’ ata rubanza rwamutsinze?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite