Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Uwo mugabisha avyumvise, aja ku mukuru w’abagabisha, arabimumenyesha, at’ Ugira ukore iki? Erega wa muntu n’Umuroma.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Na we avyumvise aca aja kuri wa mukuru wabo amubwira ati: “Mbega ubigenza gute? Erega wa mugabo ni Umuroma.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:26
5 Referans Kwoze  

Non’ uyo mugabo Abayuda bāri bamaze kumuta mu maboko bagira bamwice, nanje mmenye kw ar’ Umuroma nzanana n’ingabo ndamubakiza.


Nukw abāri bagiye kumucaca baca baramureka; umukuru w’abagabisha na we aratinya, amenye kw ar’ Umuroma, kandi yamuboshe.


Nukw abasoda n’umukuru w’abagabisha babo n’abagendanyi b’Abayuda bafata Yesu, baramuboha,


Bamaze kumubohesha imigozi, Paulo abaza umugabisha w’abasoda ijana ahagaze aho, ati Mbega biremerwa ko mukubita umuntu w’Umuroma, kand’ ata rubanza rwamutsinze?


Uwo mukuru w’abagabisha araza, aramubaza, ati Mbarira: mbeg’ ur’ Umuroma? Na we at’ Ego me.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite