Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Bakiyogora, bata impuzu zabo, basūrira umukungugu hejuru,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Bagishira urwamo hejuru, bata impuzu bongera basurira umukungugu hejuru,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:23
6 Referans Kwoze  

Nuko Dawidi n’abantu biwe bakomeza inzira, Shimeyi na we agenda akikamanye umusozi abangikanye na we, amutuka ingenda, amutera amabuye asūra umukungugu.


No mu masinagogi yose nābahana kenshi, nkagerageza cane kubatukisha Yesu; kandi kuko nasazwa cane mbazira, narabatuza no gushitsa mu bisagara vy’abanyamahanga.


bamuhindira inyuma y’igisagara, bamwicisha amabuye; kand’ abāmwagirije bāri bafashije hasi imitamana yabo imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sauli.


ari mwebge mwāhawe ivyagezwe bizanywe n’abamarayika, ntimwavyitondera.


Mbere kandi, igipfu iyo kigenda mu nzira, ubgenge bgaco burazimira, kikabarira umuntu wese, ng’ Ur’ igipfu!


Aciye i ruhande y’ikiyaga c’i Galilaya, abona abavukana babiri, Simoni yitwa Petero, na Andereya mwene nyina, bariko baraterera urusenga mu kiyaga, kuko bār’ abarovyi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite