Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Nanje nti Mwami, na bo ubgabo barazi yuko nashira abakwizeye mw ibohero, nkabatonagurira mu masinagogi yose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Nca ndamwishura nti: ‘Mwami, aba bantu barazi ko naciye mu masinagogi yose ngata mw’ibohero nkongera ngakubitisha abakwizera.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:19
5 Referans Kwoze  

Kandi nahama abakurikira Inzira ya Yesu gushitsa bapfuye, nkababoha nkabashira mu mabohero abagabo n’abagore.


Mwirinde abantu. Bazobashengerana mu manza, babatonagurire mu masinagogi yabo.


Ariko Sauli yatikiza ishengero; yinjira mu mazu yose, agakūramw’ abagabo n’abagore, akabashira mw ibohero.


Ariko Sauli, akigenda afuhagira, afitiye abigishwa b’Umwami imihigo n’ubgicanyi, aja ku muherezi mukuru,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite