Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 22:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maze ngarutse i Yerusalemu, nariko ndasenga mu rusengero, mmera nk’ūrota,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Maze kugaruka i Yerusalemu, umusi umwe ndi mu rusengero ndiko ndasenga nderekwa,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 22:17
8 Referans Kwoze  

Ariko nabanje kubgira ab’i Damasiko hanyuma ab’i Yerusalemu, n’abo mu gihugu cose c’i Yudaya, n’abanyamahanga na bo, yuko bakwiye kwihana, no guhindukirira Imana, bakore ibikorwa bikwiranye n’ukwihana.


Ku musi w’Imana nari muri Mpwemu, numva inyuma yanje ijwi rirenga nk’iry’ inzamba,


Maz’ imyaka itatu ishize ndūga i Yerusalemu kwibonanira na Kefa, mmara i we imisi cumi n’itanu.


n’ubushobozi bg’ibimenyetso bikomeye, n’ibitangaza, n’ubushobozi bga Mpwemu Yera. Ivyo vyatumye nshitsa ubutumwa bga Kristo, utanguriye i Yerusalemu, ugakikuza, ugashika no muri Iluriko,


yuko mu guhishurirwa nātiwe ibanga, nk’uko nabanje kwandika mu majambo make,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite