6 Tumaze gusezerana dutambukira mu bgato, na bo basubira i wabo.
6 Tumaze gusezerana, duca twurira ubwato, na bo basubira iwabo.
Maz’ abarira wa mwigishwa, ati Nguyo nyoko. Uhereye ako kanya uwo mwigishwa amujana i we.
nabuze uko nduhuka mu mutima wanje, kuko ntasanzeyo Tito mwene Data; nuko narabasezeye, nja i Makedoniya.
Igihe kigira kize, mbere kirashitse, aho muhava musābagira, umuntu wese aje mu vyiwe, munte jenyene, ariko sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje.
Bose baca baritahira.
yaje mu vyiwe, arikw abiwe ntibāmwākiriye.
Ava hasi, aja kwa se. Se amubona akiri kure, amutera akagongwe, arirukanga, amugwa mw izosi, aramugumbira.