Ivyakozwe 21:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Bagira bamushikane mw iboma, Paulo abaza uwo mukuru w’abagabisha, ati Wonkundira ijambo nkubarira? Na we aramubaza, at’ Urazi Ikigiriki? Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe37 Abasoda bashikanye Pawulo mw’ikambi, abaza wa mukuru w’abasoda ati: “Noshobora kugira ico ndababaza?” Na we aramwishura ati: “Urazi Ikigiriki? Gade chapit la |