Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 kukw ishengero ry’abantu ryābaja inyuma, basemerera, bati Kūrah’ uyo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Isinzi ry’abari bamukurikiye bagenda barasemerera bati: “Mwice! Mwice!”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:36
5 Referans Kwoze  

Na bo barasemerera, bati Mukūreho, mukūreho, umubambe. Pilato arababaza, ati Mbambe umwami wanyu? Abaherezi bakuru bati Nta mwami dufise, atari Kayisari.


Baramwumviriza gushitsa kur’ iryo jambo: maze basemerera n’ijwi rirenga, bati Kūra ūmeze artyo mw isi, na kare ntiyar’ abereye kubaho.


Ariko bose basemererera icarimwe, bati Kūrah’ uyo, uturekurire Baraba.


iyo batwambika ibara turabahōyahōya. Twahindutse umwavu w’isi, n’udukokorwa kuri bose gushitsa n’ubu.


Bavyumvise baribga mu mitima, bamuhekenyera imisaya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite