Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Ashitse ku ngazi y’amabuye abasoda baramuterura kubg’ ubusugurirwe bg’abantu,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Pawulo ashitse ku ngazi z’amabuye ziduga mw’ikambi, imigumuko iba myinshi cane, bica biba ngombwa ko abasoda bamutwara bamureruye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:35
8 Referans Kwoze  

Amukundiye, Paulo ahagarara ku ngazi y’amabuye, amama abantu: hamaze kuba agacerere rwose, ababarira mu Giheburayo,


Kukw igihugu cuzuye abasambanyi; kubg’ umuvumo igihugu kiragandaye; imyīmīro yo ku mirāmbi irumye; ingeso zabo ni mbi, ububasha bgabo ni bubi.


Oyaye, mugabo mukorera ivyo kugabitanya mu mitima yanyu; Umuryano w’amaboko yanyu ni wo rubanza mucira mu gihugu.


Mwami, ubayongobeze, uyoberanye indimi zabo: Kuko nabonye umuryano n’ intambara mu gisagara;


Abgira umukozi w’uruzabibu, ati Rāba, none n’imyaka itatu nza kurondera insukoni kur’ uyu musukoni, sinzibone; uwuce: ugasarira iki aha hantu?


Arik’ umukuru w’abagabisha b’abasoda Lusiya araza, amudushikura mu maboko,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite