Ivyakozwe 21:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Maz’ uwo mukuru w’abagabisha arabashikīra, aramufata, avuga ko bamufatisha iminyororo ibiri, abaza uw’ ari we, n’ic’ akoze ic’ ari co. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe33 Wa mukuru w’abasoda aca araseruka, aramufata, ategeka ko bamubohesha iminyororo ibiri, hanyuma abaza uwo ari we n’ico yakoze. Gade chapit la |