Ivyakozwe 21:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Aca ajana abasoda n’abagabisha babo, abamanukira yiruka. Na bo babonye uwo mukuru w’abagabisha n’abasoda, basigaho gukubita Paulo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe32 Aca akoranya bamwe mu batwara imigwi y’abasoda ijana n’abo batwara, baca banyuragirana hagati mu bantu. Abariko batera imigumuko babonye uwo mukuru w’abasoda n’ingabo ziwe, baca barahagarika gukubita Pawulo. Gade chapit la |