Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Yamar’ ivy’ abizeye bo mu banyamahanga, twanditse dushinze ko birinda kurya ivyaterekerejwe ibigirwamana, bo n’amaraso, bo n’ibinizwe, birinde no gusambana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Naho ku vyerekeye abanyamahanga bizera, nibakurikize ingingo twarabandikiye mw’ikete: birinde kurya ivyaterekerewe ibigirwamana, amaraso canke inyama z’ibikoko binizwe, n’ingeso mbi z’ubusambanyi.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:25
3 Referans Kwoze  

mureke kurya ivyaterekerejwe ibigirwamana, n’amaraso, n’ibinizwe, mureke no gusambana; ivyo ni mwavyirinda, muzomera neza. Nuko muganūke.


Ariko jeho ndababgira yuk’ umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhōye ubusambanyi, aba amusambanishije: kand’ uwābīra uwahukanye azoba asambanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite