Ivyakozwe 21:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Amaze kubaramutsa, ababarira ivy’ Imana yakoze mu banyamahanga imukoresheje, abidonze kimwe‐kimwe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe19 Pawulo arabaramutsa, abiganira ido n’ido ry’ivyo Imana yamukoresheje mu Banyamahanga mu gikorwa ciwe. Gade chapit la |