Ivyakozwe 21:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Bamwe mu bigishwa bavuye i Kayisariya turajana, bazana Umunyakupuro yitwa Munasona, yar’ umwigishwa wa kera, tuba ari we dusemberako. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Bamwe mu bigishwa b’i Kayisariya baraduherekeza badushikana kwa Munasoni, aho twategerezwa kurara. Uwo Munasoni yava i Kupuro kandi yari umwe mu ba mbere bizeye Kristo. Gade chapit la |