Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze twumvise ivyo, twebge n’abantu baho turamwinginga ngo ntadūge i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Tuvyumvise, twe n’ababa aho twinginga Pawulo tumusaba ngo ntashishikare urugendo ruja i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:12
5 Referans Kwoze  

None rāba, ngiye i Yerusalemu mboshwe mu mutima, ntazi ibizombako nshitseyo;


Tuhasanze abigishwa, dusībiray’ imisi ndwi: na bo bavugishijwe na Mpwemu babarira Paulo ngo yoye kuja i Yerusalemu.


Tur’ Abapariti, n’Abamedi, n’Abelamiti, n’abamye i Mesopotamiya, n’i Yudaya, n’i Kapadokiya, n’i Ponto, no muri Asiya,


Hanyuma y’iyo misi dutekera ibintu vyacu, turadūga tuja i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite