Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 21:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Tumaze gutandukana na bo, no gutambukira mu bgato, turaramiriza tuja i Kosi: bukeye bg’aho dufata i Rodo, tuvayo dufata i Patara.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Tumaze gusezera abakuru bo muri Efeso no gutandukana na bo, duca twurira ubwato tuja i Kosi. Ku musi ukurikira tuja i Rodo, hanyuma tuvayo tuja i Patara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 21:1
8 Referans Kwoze  

Ariko twebge, bene Data, hamwe twatandukanywa namwe igihe gito ubg’ amaso, ariko si mu mutima, twarushirije kugira umwete wo kubonana namwe imbonankubone, tubafitiye inkumbu nyinshi:


Ahejeje kuvuga, abarira Simoni, at’ Igira mw idamba, muterere insenga zanyu murobe.


Dutambukira mu bgato bgāvuye muri Aduramutiyo, bugira bugende bujabukiranya ahantu ho muri Asiya haherereye ku kiyaga, tuvudukayo turi kumwe na Arisitariko Umunyamakedoniya w’i Tesalonike.


Ku musi umwe mur’ iyo atambukira mu bgato, bo n’abigishwa biwe, arababgira, ati Tujabuke, tuje hakurya y’ikiyaga. Baterera ubgato, bava ku nkombe.


Tuvudukayo, duca musi y’i Kupuro ngo tuhīkinge umuyaga, kuko war’ uduturutse imbere.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite