Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi mw idirisha hari hicaye umusore yitwa Eyutuko, aremērwa n’itiro ryinshi; maze Paulo arushirije gutevya mu majambo, itiro riramuremēra, arakoroka avuye mu nzu yo hejuru ya gatatu, bamuyora ahwereye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Maze umusore yitwa Eyutuko yari yicaye kw’idirisha, aremerwa n’itiro ryinshi Pawulo ariko arigisha. Amaze gusinzira cane, arakoroka avuye ku nzu yo hejuru igira gatatu, bamutora yapfuye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:9
9 Referans Kwoze  

kugira ngo ni yaza giturumbuka, ntasange musinziriye.


Maze haza Abayuda bavuye muri Antiyokiya no muri Ikoniyo; bamaze kwosha ishengero, batera Paulo amabuye, bamukwegera inyuma y’igisagara, bagira ngo yāpfuye.


Irataka, iramujegeza cane, imuvamwo, amera nk’ūhwereye, bituma abenshi bavuga bat’ Arahwereye.


Eliya aramubarira, ati Mpa uwo mwana wawe. Nukw amumukūra mu gikiriza, aramuterura, amwūrirana mu cumba co hejuru, ah’ arāra, amurambika ku buriri bgiwe.


Ku wa mbere w’imisi ndwi, dukoranira kumanyagura imitsima, Paulo ayāga na bo, agira ngo buce agenda, atevya mu majambo ashitsa mu gicugu.


Maze hār’ amatara menshi mu cumba co mu nzu yo hejuru aho twari dukoraniye.


Paulo arururuka, amwubama hejuru, aramugumbira, ati Mureke gukoma induru, kuk’ ubugingo bgiwe bukiri muri we.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite