Ivyakozwe 20:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Amaze kuvuga artyo, arapfukama, asengera hamwe na bo bose. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe36 Ahejeje kuvuga ivyo, aca apfukama hamwe na bo barasenga. Gade chapit la |
kandi Salomo yari yashinze ikintu kirekire c’imiringa co guhagararako; uburebure bgaco bg’ umurambararo bgar’ amatambge atanu y’ukuboko uciriye mu nkokora, ubgaguke bgaco bgar’ amatambge atanu nyene, uburebure bg’igihagararo bgar’ amatambge atatu; yari yagishinze mu rugo rw’intangāro hagati; ni ho yar’ ahagaze; nukw araheza apfukama imbere y’ikoraniro ryose ry’Abisirayeli, agaranzura amaboko ayatumbereje mw ijuru,