Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ubganyu murazi kw aya maboko yanje yankenurana ivyo nkennye n’abo turi kumwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Namwe ubwanyu murazi ko nakoresheje amaboko yanje nkibeshaho nkongera nkabeshaho n’abo twagendana.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:34
9 Referans Kwoze  

Kandi kuko bāri bahūje ubuhinga, abana na bo, barabungirana, kuk’ ubuhinga bgabo bgar’ ubgo kujisha amahema.


dukoresha amaboko yacu tugatama: iyo badutuka turabahezagira, iyo baduhama turihangana,


Bene Data, muribuka ubutame bgacu n’ubucumukure; twābabgira ubutumwa bgiza bg’Imana twikenurira umurango n’ijoro, kugira ngo ntihagire uwo muri mwebge turemēra.


Atuma abāgenda bamukorera babiri, Timoteyo na Erasito, ngo baje i Makedoniya; ariko we, atebera muri Asiya imisi.


Maz’ igisagara cose kiravurungana, bashwabadukira icarimwe baja ku kibuga c’ibirori, bashika Gayo na Arisitariko Abanyamakedoniya, bāgendana na Paulo.


Nabahaye akarorero muri vyose, yuko mu butame nk’ubgo, ari ko mukwiye gufasha abadakomeye, no kwibuka amajambo y’Umwami Yesu, ingen’ ubgiwe yavuze, ati Gutanga kuzana umugisha, kuruta guhabga.


Abo turi kumwe bose baragutasha. Untahirize abadukunda dusangiye ukwizera. Ubuntu bubane namwe mwese.


None rero turakwinginze, uturekure tuje kuri Yorodani, umuntu wese yicire igiti, twiyubakireyo aho kuba. Arabishura, ati Nuko ni mugende.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite