Ivyakozwe 20:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi none mbaragije Imana n’ijambo ry’ubuntu bgayo, rishobora kububaka no kubahēra ibiragwa hamwe n’abejejwe bose. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe32 Ubu rero ndabaragije Imana n’ijambo ry’ubuntu bwayo, ryo rishobora kubakomeza mu kwizera no kubaha kuragwa ivyiza hamwe n’abera. Gade chapit la |