Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 None rāba, ngiye i Yerusalemu mboshwe mu mutima, ntazi ibizombako nshitseyo;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 None rero, ngoberewe na Mpwemu Yera, ngiye i Yerusalemu, ariko sinzi ibizonshikira ndi yo.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:22
12 Referans Kwoze  

ariko mutazi ibizoba ejo. Ubugingo bganyu ni nk’iki? Mur’ umwuka uboneka umwanya muto, ugahava uyongayonga.


Kuk’ urukundo rwa Kristo rutugōbēra, kand’ ico tuzi tudakekeranya n’uk’ umwe yapfiriye bose, nuko rero bose bārapfuye.


Kuko nzi yukw igihe co kwamburwa urusago rwanje kiza kuza gitebutse, nk’uk’ Umwami wacu Yesu Kristo yammenyesheje.


Kuko Paulo yari yagabiye guca i ruhande ya Efeso, kugira ngo ntatebe muri Asiya: kuko yihuta, ngo ni vyashoboka umusi wa Pentekote uz’ ushike ar’i Yerusalemu.


Ivyo bishize Paulo agabira mu mutima wiwe guca i Makedoniya no muri Akaya aja i Yerusalemu, ati Ni namara gushikayo, nkwiye kuja kurāba n’i Roma na ho.


Ariko Paulo akibarindīriye muri Atenayi, umutima wiwe utunturira muri we abonye ingen’ ico gisagara cuzuye ibigirwamana.


Nuko Yesu amenye ibigira bimubeko vyose, arabasanganira, arababaza, ati Murondera nde?


Umusi wa Pasika utarashika, Yesu amenye kw igihe ciwe gishitse co kuva mw isi ngw aje kwa Se, uko yakunda abiwe bari mw isi, ni ko yabakunze gushitsa ku muhero.


Ndi n’umubatizo, uwo nkwiye kubatizwa; emwe uko mbabazwa kugeza ah’ uzoherera!


Maz’ imisi yiwe yo kudūzwa mw ijuru igira ishike, yerekeza i Yerusalemu amaramaje kujayo,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite