Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Adusanze muri Aso turamujana, turajabuka dufata i Mitulene.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Adusanze muri Aso, twaciye tujana mu bwato gushika i Mitulene.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:14
2 Referans Kwoze  

Ariko tweho tumwitangira imbere dutambukira mu bgato, turajabuka dufata muri Aso, aho twari tugabiye guhitana Paulo: kuko yari yabishinze artyo, kugira ngo we ace i musozi.


Tuvuyeyo, bukeye bg’aho dushika imbere y’i Kiyo, ku musi ugira gatatu dufata i Samo, bukeye dufata i Mileto.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite