Ivyakozwe 20:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko tweho tumwitangira imbere dutambukira mu bgato, turajabuka dufata muri Aso, aho twari tugabiye guhitana Paulo: kuko yari yabishinze artyo, kugira ngo we ace i musozi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe13 Nuko tuva aho, twitangira Pawulo imbere, dufata ubwato butujana muri Aso, aho twategerezwa guhurira na Pawulo. Yari yabiteguye uko kuko we yashaka kujayo ajanye ibarabara. Gade chapit la |