Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 20:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Asubira kwūrira, amanyagura umutsima, ararya, ayāga na bo igihe kirekire, ashitsa no mu macaca, maz’ aragenda.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Nuko aca asubira hejuru, basangira ingaburo y’Umwami. Pawulo aca abandanya yigisha gushika bukeye, hanyuma aragenda.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 20:11
4 Referans Kwoze  

Ku wa mbere w’imisi ndwi, dukoranira kumanyagura imitsima, Paulo ayāga na bo, agira ngo buce agenda, atevya mu majambo ashitsa mu gicugu.


Kandi mw idirisha hari hicaye umusore yitwa Eyutuko, aremērwa n’itiro ryinshi; maze Paulo arushirije gutevya mu majambo, itiro riramuremēra, arakoroka avuye mu nzu yo hejuru ya gatatu, bamuyora ahwereye.


Bashishikara cane mu vyo intumwa zigisha, no kugira ubumwe, no kumanyagura umutsima no gusenga.


Bazana uwo muhungu ari muzima, imitima yabo iraruhuka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite